Ijambo rishikirijwe na Nyakwubahwa Dr. Yohani Minani, Umukuru wa CNARED-Giriteka
Barundi, Barundikazi, Imbere yo kubashikiriza ijambo rya mbere, nshikirije Abarundi bose, abakunda Uburundi n’amakungu kuva ntowe ngo ndongore Inama nkuru y’igihugu CNARED-GIRITEKA, mbanje kubaramutsa ndabipfuriza kuva muri aya marira n’amaganya …
Lire la suite