Ijambo rishikirijwe na Léonrd Nyangoma, Umukuru wa CNARED, ryo kwiyamiriza ubwa nyuma ihonyangwa ry’Amasezerano y’ i Arusha n’Ibwirizwa Nshingiro rikorwa na Petero Nkurunziza

Barundi, Barundikazi; Kw’izina ry’Urunani CNARED no kw’izina ryanje nyene, ndi n’iteka ryo kubaramutsa, ndabipfuriza amagara meza no kwihangana mu ngorane twashizwemwo n’intwaro y’akayoberabahinga ya Petero NKURUNZIZA kuva mu 2005. Nta …

Lire la suite